close
Jump to content

Inzu

Kuva Wikipedia
BERJAYA
Inzu igerekeranyeko(Umuturirwa)
BERJAYA
Inzu isanzwe
BERJAYA
Inzu y'ivyatsi

ni inyubako bubaka kugira umuntu canke ibintu bishobore kuronka aho biba .inzu rero mu burundi cokimwe nahandi hose nikintu gikomeye cane kuko kutagira inzu nukuvuga ko utagira uburaro nuburamuko. Inzu rero ziri ugutandukanye bivanye nuko zubatswe. Hariho izubatswe zigerekeranyeko(Umuturirwa), izisanzwe n'izivyatsi.